Mark 8:12 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Maze Yesu ariruhutsa cane, hanyuma ababwira ati: “Mbega ni kuki abantu ba kino gihe basaba ikimenyetso? Ndababwire ukuri, nta kimenyetso nk’ico nzobaha.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yitsa umutima cane, ati N’iki gitumye ab’iki gihe barondera ikimenyetso? Ndababgira ukuri ab’iki gihe bakazohabga ikimenyetso?