Mark 8:14 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko abigishwa bari bibagiye kuzana ivyokurya. Bari bafise umukate umwe gusa mu bwato.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bāri bibagiye gutekera imitsima, nta yo bāri bafise mu bgato, atar’ irobe rimwe.