Mark 8:24 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa muntu areraguza, maze avuga ati: “Egome, ndabona abantu, ariko bameze nk’ibiti bigendagenda.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iraramura amaso, iramwishura, iti Ndabona abantu kuko mbona ibisa n’ibiti bigendagenda.