Mark 9:13 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko ndababwire, Eliya yamaze kuza, kandi abantu bamukoreye ivyo bishakiye, nk’uko Ivyanditswe vyera bibivuga.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ndababgira yuko Eliya yamaze kuza, kandi bamwigiriye uko bagomba kwose, nk’uko vyanditswe kuri we.