Mark 9:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kenshi iyo mpwemu iramuta mu muriro canke mu mazi, ikagerageza kumwica. Nimba woshobora kugira ico ukoze, utugirire impuhwe udufashe.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kenshi cane imuta mu muriro no mu mazi ngw imwice. Ariko namba har’ ico woshobora, tugirire akagongwe udutabare.