Mark 9:35 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu amaze kwicara ahamagara ba bigishwa cumi na babiri arababwira ati: “Umuntu wese ashaka kuba uwa mbere ategerezwa kuba uw’inyuma ya bose, n’umukozi wa bose.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, arababgira, at’ Umuntu ni yagomba kuba uw’ imbere, n’abe inyuma ya bose, n’abe n’umukozi wa bose.