Mark 9:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko afata umwana mutoya amuhagarika hagati yabo, aramuterura, ababwira ati:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yābīra akana, agahagarika hagati yabo; arakarera, arababgira,