Matthew 12:1 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma y’ivyo Yesu aragenda aca mu mirima y’ingano kandi hari ku musi w’Isabato. Abigishwa biwe bari bashonje, baca batangura guca imitwe y’ingano zeze, barazivungura, bakuramwo intete barazirya.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mur’ ico gihe Yesu aca mu mirima y’ingano kw isabato. Abigishwa biwe bashonje, batangura kumyoza ingano, barazihekenya.