Matthew 12:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma bamuzanira umuntu aboshwe n’umudayimoni amutera kuba impumyi n’ikiragi. Nuko Yesu akiza uwo muntu, aca aravuga kandi arabona.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze bamuzanira impumyi y’ikiragi yinjiwemwo na dayimoni, arayikiza; ico kiragi kiravuga, kirahumūka.