Matthew 12:29 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ikindi, umuntu yoshobora ate kwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha? Aho ni ho honyene ashobora kwinjira mu nzu akamunyaga ivyiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Non’ umuntu yoshobora ate kwinjira mu nzu y’umuntu w’inkomezi kumusahura ibintu atabanje kuboha wa munyenkomezi? Maz’ akabona kumusahura ivyo mu nzu yiwe.