Matthew 12:49 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko atunga urutoke abigishwa biwe, aravuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bavukanyi banje.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Atunga urutoke abigishwa biwe, ati Ngaba mama na bene mama.