Matthew 13:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ivyo bishitsa kuri bo ivyo Yesaya yavugishijwe, aho yavuga ati: ‘Kwumva muzokwama mwumva, ariko ntimuzokwigera mutahura; kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ivyo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze, bibashitseko, ngo Kwumva muzokwumva, ariko ntimuzoruha mubitahura; Kurāba muzorāba, ariko ntimuzoruha muvyihweza.