Matthew 13:27 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abakozi ba nyene umurima baraza baramubaza bati: ‘Nyakwubahwa, mbega ntiwari wabivye imbuto nziza; none uru rwamfu rwavuye hehe?’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abashumba ba nyen’ urugo baraza baramubaza, bati Mbega mutungwa, ntiwabivye imbuto nziza mu ndimiro yawe? Non’ urwamfu rwavuye hehe?