Matthew 13:32 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Naho ari gatoya kurusha izindi mbuto zose, iyo kameze karakura, kakaruta ibindi biterwa vyose vyo mw’itongo, maze kagahinduka igiti kinini, ku buryo n’inyoni zo mu kirere ziza zikarika mu mashami yaco.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ni kanzinya hanyuma y’imbuto zose, arikw iyo gakuze kaba kanini kakaruta ibirimwa vyose, kakaba igiti. Maz’ inyoni zo mu kirere zikaza zikārika mu mashami yaco.