Matthew 13:46 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abonye irirusha agaciro ayandi, aca aragenda ashora ivyo yari afise vyose, ararigura.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abonye imaragarita imwe, y’igiciro kinini, aragenda, ashōra ivy’ afise vyose, arayigura.