Matthew 14:11 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
awuzana kw’isiniya, awuha wa mukobwa, na we awushira nyina.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bazana umutwe ku kibehe, bawuha wa mwigeme, awushīra nyina.