Matthew 14:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bugorovye, abigishwa biwe baza aho ari bamubwira bati: “Aha hantu turi ni mu gahinga kandi buriko burira. Rungika aba bantu bagende mu mihana bigurire ivyo barya.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bugorovye, abigishwa baramwēgēra, bati Mbega hano hantu kw ari mu gahinga, kandi bukaba buriko burīra: sezera abantu baje mu mihana kwirondereray’ ivyo kurya.