Matthew 14:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Maze umwami Herode arababara cane kubera ivyo yavuze, ariko kubera indahiro yari yarahiriye imbere y’abatumire biwe, avuga ko uwo mukobwa bamuha ico asavye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bun’ umwami arijirwa; ariko kubga za ndahiro, no kubg’ abāsangira na we, abgiriza ko bawumuha;