Matthew 17:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, Yesu arabihanikiriza ati: “Ntihagire umuntu n’umwe mubwira ivyo mwabonye, kugeza Umwana w’Umuntu amaze kuzuka mu bapfuye.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bariko baramanuka ico gisozi, Yesu arabihanikiriza, ati Ntihagire umuntu mubgira ivyo mweretswe, gushitsa ah’ Umwana w’umuntu azozukira avuye mu bāpfuye.