Matthew 18:30 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko aranka. Ahubwo aramujana bamushira mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Wa wundi aranka, aragenda, amushirisha mw ibohero, gushitsa ah’ azomwishurira ivy’ amufitiye.