Matthew 18:31 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abakozi bagenziwe babonye ibibaye, barababara baca baja kubwira shebuja ivyabaye vyose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bagenzi biwe babonye ibibaye, barababara cane, baragenda babgira shebuja ibibaye vyose.