Matthew 18:32 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Shebuja avyumvise ahamagara wa mukozi yahebera umwenda munini amubwira ati: ‘Wa mukozi mubi we! Warantakambiye ndaguhebera umwenda wawe wose,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Buno shebuja aramuhamagaza, aramubgira, ati Wa muntu mubi we, naguhebeye wa mwenda wose aho wantakambira: