Matthew 2:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
amubwira ati: “Haguruka ujane umwana na nyina usubire mu gihugu ca Isirayeli, kuko abahora barondera kwica uwo mwana bamaze gupfa.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
aramubgira, ati Vyuka, ujane umwana na nyina, uje mu gihugu c’i Bgisirayeli, kukw abārondera kwica umwana bāpfuye.