Matthew 21:30 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma, se aragenda abwira umuhungu wiwe wa kabiri nk’uko yabwiye uwa mbere. Na we aramwishura ati: ‘Egome, muvyeyi, ndagiye,’ ariko ntiyajayo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aja ku wa kabiri, amubgira kuno. Aramwishura, ati Ndagiye muvyeyi; ntiyajayo.