Matthew 21:37 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubwa nyuma, arungika umuhungu wiwe, yibwira ati: Umuhungu wanje we bazomusonera.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hanyuma abatumak’ umwana wiwe, ati Bazosonera umwana wanje.