Matthew 21:7 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bazana ya ndogoba n’inyana yayo, bazisasako impuzu zabo, hanyuma Yesu yicara kuri ya nyana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bazana indogoba n’inyana yayo, bazisasakw impuzu zabo, yicarako.