Matthew 22:26 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwa kabiri na we nyene apfa atavyaye, n’uwugira gatatu bigenda gutyo kugeza ku wugira indwi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko n’uwa kabiri, n’uwa gatatu biba birtyo gushitsa ku wa ndwi.