Matthew 22:3 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Igihe co kuzimana abatumire gishitse, atuma abakozi biwe guhamagara abatumiwe, ariko banka kuza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Atuma abagendanyi biwe, ngo bahamagare abātōrewe gutaha ubukwe, banka kuza.