Matthew 22:39 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Irya kabiri na ryo risa n’iryo: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Har’ irindi rya kabiri rimeze nka ryo, n’iri: Mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda.