Matthew 24:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Musenge kugira ngo uguhunga kwanyu ntikuze kube mu gihe c’imbeho nyinshi cane canke ku musi w’Isabato.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi muze musenge kugira ng’ uruhungo rwanyu ntiruze rube mu rushana canke kw isabato.