Matthew 25:19 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Haheze igihe kirekire, shebuja aragaruka, ahamagara ba bakozi kugira ngo bamubwire ingene bakoresheje amahera yiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hashize igihe kirekire, shebuja w’abo bantu aragaruka, asuzuma ivyo yabasigaranye.