Matthew 26:60 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko, ntibaronka na kimwe, naho ivyabona vy’ibinyoma vyari vyaje ari vyinshi. Ubwa nyuma, haza abantu babiri
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko barabibura, naho haje abīgize ivyabona benshi. Ubuheruka haza babiri,