Matthew 26:7 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko arafungura haza umugore aramwegera afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini, maze ayamusuka ku mutwe bicaye mu buriro.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
umugore aza kuri we afise ikebano ry’amavuta atāmirana y’igiciro kinini cane, ayamusuka ku mutwe, arikw ararya.