Matthew 27:14 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Yesu ntiyagira ijambo na rimwe yishura, bituma uwo mutware atangara cane.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ntiyamwishura n’ijambo na rimwe, bituma ico cēgēra gitangara cane.