Matthew 27:31 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bahejeje kumushinyagurira, bamwambura ya mpuzu itukura, basubira kumwambika impuzu ziwe, hanyuma bamujana kumubamba.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bamaze kumucurīra, bamwambura wa mutamana, bamwambika iziwe mpuzu, bamujana kumubamba.