Matthew 27:47 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bamwe mu bari bahagaze aho bumvise ivyo, baca bavuga bati: “Ariko ahamagara Eliya!”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bamwe mu bahahagaze bavyumvise, baravuga, bat’ Uyo ahamagaye Eliya.