Matthew 28:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abo barinzi bakira ayo mahera hanyuma bakora nk’uko babwiwe. Inkuru yabo ikwira hose mu Bayuda, kugeza n’uno musi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bābīra ya mahera, bagira nk’uko bohejwe; kand’ iryo jambo ryandagara mu Bayuda na bugingo n’ubu.