Matthew 28:7 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko rero, nimugende mwihuta mubwire abigishwa biwe ko yazutse kandi ko agiye kubarindirira i Galilaya. Ni ho muzomubonera. Ubwo ni bwo butumwa nari ndabafitiye.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni mukwakwanye mubgire abigishwa biwe yuko yazutse mu bapfuye, kand’ azobītangira imbere kuja i Galilaya, iyo ni ho muzomubonera. Nuko n’ivyo, ndabibabgiye.