Matthew 5:33 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi, mwarumvise ko ba sogokuruza babwiwe ngo: ‘Ntukivuguruze ku vyo warahiye, ariko ushitse ivyo wemereye Uhoraho.’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mwarumvise kandi kw aba kera bābgiwe, ngo Ntukarahire ngo wirahuruze, arik’ uz’ ukorere Uhoraho ivyo wamusezeraniye: