Matthew 6:13 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ntudutererane ibitugerageza, uhubwo udukize wa mubi. [ Kuko Ubwami, ubushobozi n’ubwiza ari ivyawe ibihe vyose. Amen. ]
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi ntutujane mu bitwosha nabi, arik’ udukize wa Mubi. [Kuk’ ubgami n’ubushobozi n’icubahiro ar’ ivyawe ibihe bidashira. Amen.]