Nahum 2:5 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ahamagara abahizi biwe, ariko bagenda baratsitara; bihutira kuja ku ruzitiro rwaho rw’amabuye, kandi bakitegura kwirwanira.