Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bo na bagenzi babo bakora ibikorwa vyo mur’ iyo ngoro, bose na bose bar’ amajana munani na mirongwibiri na babiri; hari na Adaya mwene Yerohamu, Yerohamu wa Pelaliya, Pelaliya wa Amusi, Amusi wa Zekariya, Zekariya wa Pashuri, Pashuri wa Malakiya,