Nehemiah 12:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abandurutse kuri Lewi bo mu bakuru b’amazu ya ba sekuruza bari banditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma, kugeza igihe ca Yohanani mwene Eliyashibu.