Nehemiah 5:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ku musi ku musi twābāga inka imwe n’intama zitandatu z’intorwa, bo n’inkoko, kand’ ukw imisi cumi ishize twama tubaha vino z’ubgoko bgose; ariko naho vyangana birtyo nta ho nigeze ntoza amarari yagerewe icēgēra c’umwami, kukw abantu bāri bacumukujwe n’intwaro mbi.