Numbers 11:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ubarire abantu, ut’ Umusi w’ejo uz’ ushike mwiyejeje, uti Kandi muzorya inyama: kuko muririye mu matwi yiwe, mukavuga, muti Ni nde yoduha inyama zo kurya? muti Ko twari tumerewe neza muri Egiputa. Uti Ni co gitumye azobaha inyama z’uko murya.