Numbers 13:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
murābe ico gihugu uko kimeze, n’abantu bakibamwo kw ar’abahizi canke kw ar’ abanyantege nke, murābe n’ukw ari bake canke kw ari benshi;