Numbers 15:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ni mwatanga ishuri kw ikimazi co kwoswa canke co gutangwa mu bundi buryo, ar’ ico gushitsa isezerano, cank’ ar’ ic’ ishimwe mpawe jewe Uhoraho,