bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Numbers 18:11
Numbers 18:11 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibi na vyo nyene n’ivyawe mu mashikanwa yose ngerewe bazonshikanira: ivyo Abisirayeli bazoshikana vyose bizunguzwa, ndabiguhaye, mwe n’abahungu bawe n’abakobga bawe, bibe umuturi wanyu w’intahava: ūdahumanye wese wo mu b’inzu yawe yemererwa kubiryako.