Numbers 18:26 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ati Kandi barira Abalewi, uti Ni mwāka Abisirayeli vya bigiracumi mbahaye kuba ari vyo biba ishamvu yanyu bivuye kuri bo, uti Nuko namwe muze mutange kuri vyo ishikanwa mumugereye, ribe ikigiracumi c’ivyo bigiracumi nyene.