Numbers 18:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uti Ku vyo muhabga vyose, muze mukūrekw ivyo mumushikanira mwamugereye; uti Ku birusha ibindi kuba vyiza, az’ abe ari ho mumukūrira umugabane wiwe wera.